m
COMMUNIQUE DU GOUVERNEMENT
Du 26 Mai 2015.-
Appuyé par ses partenaires, le Gouvernement du Burundi a déjà rassemblé une bonne partie des moyens nécessaires pour la tenue des élections générales prévues respectivement le 05 juin 2015 pour les Conseillers communaux et Députés, le 26 juin 2015 pour le Président de la République et le 17 juillet 2015 pour les Sénateurs.
Dans le but de concrétiser son engagement à asseoir une culture démocratique basée sur le principe universel du choix par le peuple de ses dirigeants de la base au sommet, le Gouvernement invite les citoyens patriotes convaincus de ce noble principe, à une contribution volontaire pour appuyer les efforts déjà consentis par les amis du Burundi.
Pour ce faire, un compte a été ouvert à la Banque de la République du Burundi (BRB) sous le numéro : 1110/232 l’intitulé »ELECTIONS 2015 »
Fait à Bujumbura, le 26 mai 2015.-
Le Secrétaire Général du Gouvernement et
Porte parole du Gouvernement
Philippe NZOBONARIBA
--------------------------------------------------------
ITANGAZO RYA RETA RYO KU WA 26 RUSAMA 2015
Reta y’Uburundi yunganiwe n’abo basanzwe bafashanya iramaze kwegeranya uburyo butari buke bukenewe mu matora yo kw’igenekerezo rya 05 Ruheshi 2015 ku Bajenama b’Amakomine n’Abashingamateka, igenekerezo rya 26 Ruheshi 2015 ku matora y’Umukuru w’Igihugu, n’igenekerezo rya 17 Mukakaro 2015 ku matora y’Abakenguzamateka.
Mu ntumbero yo gushira mu ngiro icemezo Reta yihaye co gutsimbataza ingendo ya Demokarasi ishingiye ku burenganzira bw’abenegihugu bwo kwitorera bo nyene indongozi zabo kuva ku nzego zo hasi gushika kuzo hejuru, Reta irateye akamo Abarundi bose bakunda igihugu cabo kandi banyuzwe n’iyo ngendo ya Demokarasi, kugira akigoro bagatanga agatererano uko koba kangana kwose, ku bushake bwabo, kugirango basahirize utwigoro tumaze kugirwa n’abagenzi b’Uburundi.
Iyo ntererano yoshirwa kuri Compte yuguruwe mw’Ibanki Nkuru y’Igihugu (BRB) ifise inomero 1110/232 yitiriwe « Amatora 2015 ».
Bujumbura, 26 Rusama 2015
UMUNYAMABANGA MUKURU WA LETA AKABA N’UMUVUGIZI WA LETA
Firipo NZOBONARIBA
SWIFT Code of Banque De La Republique Du Burundi Head Office Bujumbura Burundi - BI |
||
SWIFT / BIC Code: |
||
Bank Name: |
||
Branch Name: |
||
Address: |
Brb Bujumbura |
|
City Name: |
||
Country Name: |
||
Bank Code: |
BRBU |
|
Country Code: |
BI |
|
Location Code: |
BI |
|
Branch Code: |
XXX |